Pierre NkurunzizaVerified account

@pnkurunziza

Né à Ngozi en 1964. Président de la République du . Béni d’être Burundais. Rends grâce au Seigneur. Mes tweets sont signés PN

Burundi
Joined January 2012

Tweets

You blocked @pnkurunziza

Are you sure you want to view these Tweets? Viewing Tweets won't unblock @pnkurunziza

  1. Jun 15

    Inyuma y'ukwezi kwose ko kwisonzesha, gusenga no kwegera Imana, aba Islamu bariko barahimbaza Eid al-fitr. Tubipfurije umusi mukuru mwiza mu miryango yabo, umusi mukuru w'Urukundo no gusabikanya mu munezero. Eid Mubarak.

    Undo
  2. May 12

    Komine Buganda yaraye itewe n'abansi b'amahoro.Turahojeje imiryango yabuze ababo ataco bazira kandi twiyemeje kuba hafi abacitse kw'icumu. Duhamagariye Abarundi bose kuguma bafatanye mu nda. Abakoze ubwo bubisha bategerezwa gufatwa bahanwe hakurikijwe amategeko.

    Undo
  3. Apr 11

    Le Burundi a appris avec beaucoup de peine la tragédie qui a coûté la vie à 257 hommes et femmes de la République Démocratique et Populaire de l’Algérie. Nous présentons nos condoléances les plus attristées au Président Bouteflika, au Peuple et au Gouvernement Algériens.

    Undo
  4. Apr 6

    Uyu musi imyaka mirongo ibiri n'ine irarangiye Abarundi bahekuwe Umukuru w'igihugu Cyprien Ntaryamira n'abashikiranganji babiri bari kumwe. Tuzokwama tuzirikana iragi ryiwe. Bitebe bitebuke ukuri kuzoja ahabona kugira ngo abakoze ubwo bubisha babihanirwe.

    Undo
  5. Apr 4

    I have been deeply saddened by the demise of Winifred Zanyiwe Madikizela-Mandela. On behalf of the People of Burundi I express heartfelt condolences to her family, to the People and Government of the Republic of South Africa for the passing of that hero of the Liberation struggle

    Undo
  6. Apr 1

    Bavukanyi, uyu musi duhimbaza Pasika, turimbure Urukundo Imana yadukunze twongere tuzirikane ko ata yindi ngabire isumba Urukundo. Twipfurije Abarundi bose Pasika nziza, ibabere iy'intango nshasha nziza muri vyose, cane cane mu gukomeza ubucuti n'Imana. Imana ihezagire Uburundi.

    Undo
  7. Mar 30

    Au nom du Peuple burundais, nous félicitons Dr Abiy Ahmed Ali, désigné Premier Ministre de la République Fédérale Démocratique d’Ethiopie. Le Burundi entend oeuvrer pour le renforcement des bonnes relations qui existent si heureusement entre nos deux pays depuis fort longtemps.

    Undo
  8. Mar 27

    Francine Niyonsaba ni urumuri, imboneza mu runganwe rwiwe. Twamukeje ku mudari w'inzahabu aheruka gutahukana. Ni iteka ku muryango wiwe n'igihugu cose. Imana imuje imbere, ashishikare kubera akarorero urundi rwaruka.

    Undo
  9. Mar 8

    Kur'uyu musi udasanzwe wahariwe abakenyezi, ndipfurije umusi mukuru mwiza abakenyezi bose, na cane cane Umurundikazi wese aho ari. Umukenyezi ni we nkingi y'umuryango, ni we nkingi y'iterambere ry'igihugu. Ntituzohengeshanya kubashigikira no kubatera iteka.

    Undo
  10. Mar 2

    De braves fils du Burundi, des soldats de la Paix engagés en Somalie ont été la cible d'une attaque ignoble. Nous sommes unis dans la douleur avec les familles éprouvées. Cette tentative d'intimidation ne saura nous faire renoncer à notre engagement contre le terrorisme.

    Undo
  11. Feb 15

    J'ai eu le plaisir de m'entretenir avec SE Ivica Dačić, Vice-Premier Ministre et Ministre des affaires étrangères de la Serbie. Ensemble, nous nous sommes engagés à préserver et renforcer les excellentes relations qui unissent nos deux peuples depuis plusieurs décennies.

    Undo
  12. Jan 23

    J'étais heureux de recevoir le Pasteur Robert Kayanja venu de l'Ouganda pour nous témoigner de son soutien. C'est un homme de Dieu dont nous apprécions l'engagement dans la transformation de la vie des communautés.

    Undo
  13. Jan 16

    Ni umunezero gusubira kuganira no gusangira n'abo twahoranye ku ntebe y'ishure. Twabanye mu bihe bitandukanye, dufashanya muri vyinshi. Ni ryo ragi twipfuza gusigira abana bacu, bazirikane ko naho intango z'umuntu zoba nto, Imana ntaho itoshikana umuntu. Urukundo ni rwo mushinge.

    Undo
  14. 20. Mu kurangiza, twashaka kubararika ngo muze mwitabe nihagera kuvuga aho muhagaze ku mpinyanyuro z'ingingo zimwe zimwe z'Ibwirizwa Shingiro ry'Igihugu. Turasubiriye kubipfuriza mwese umwaka mwiza w’2018, umwaka w’Amahoro y’Imana no kuroranirwa muri vyose na hose. Murakoze.

    Undo
  15. 19. Mu ntumbero yo gusasagaza amahoro, iteka n’itekane mu gihugu, twisunze Ingingo y’113 y’Ibwirizwa Shingiro, tugiriye Ikigongwe abakatiwe gupfungwa imyaka itarenga itanu, na cane cane abakenyezi bibungenze n'abonsa. Kubw'iyo ngingo, abanyororo barenga 2000 bagiye kwidegemvya.

    Undo
  16. 18. Turamaze imisi dutanguye Urugendo ruzodushikana ku kwikukira nyakuri, aho Umurundi n’umunyamahanga wese aba mu Burundi bazokwigaba bakigaburira, bakaramutswa iteka n’itekane, bagatunganya imigambi y’iterambere batarinze kuzera inze. Ubwo ni bwo Burundi twipfuza.

    Undo
  17. 16. Imbere yo gusozera, twashaka dusubire kubibutsa ko dutegerezwa guhinduka no guhindura ingendo, aho turi hose tukarata ubwiza bw’igihugu cacu citwa Uburundi, tukagaragaza akanyamuneza ko kwitwa Abarundi kandi tukabigendera. Ni iteka rihambaye.

    Undo
  18. 17. Ibikorwa nyezina vyo kwubaka Ikivuko ca Rumonge bizotanguzwa, Ikivuko ca Bujumbura naco gisanurwe. Ikibuga c'indege ca Bujumbura kizosubirwamwo kugira cisunge amategeko mpuzamakungu agenga indege n’ibibuga vy’indege, kijane n’ibihe n’iterambere ibindi bihugu bigezeko.

    Undo
  19. 15. Mu bijanye n'iterambere ry'amakomine, ikigega FONIC cabandanije guha amakomine amahera yo kurangura imigambi, haratangwa n’ingurane ingana hafi imiriyaridi 35 ku bantu bashika 15.000 ngo barangure imigambi y’iterambere.

    Undo
  20. 14. Mu bijanye n'umuyagankuba, harashizwe mu ngiro amasezerano hagati y’amashirahamwe REGIDESO na INTERPETROL yo kugwiza umuyagankuba, ubu umuyagankuba ukaba wariyongereye cane mu gisagara ca Bujumbura. Haratangujwe kandi ibikorwa vyo kwubaka urugomero rw'umuyagankuba kuri Rusumo

    Undo

Loading seems to be taking a while.

Twitter may be over capacity or experiencing a momentary hiccup. Try again or visit Twitter Status for more information.

    You may also like

    ·